Sokwe ? Niruze .... Karadiridimba?
@ReynoldsButari15K followers
22,233 views
40 Comments
Comments from the original post on X (Twitter)

@SweetChico24459
Uwo mushingantahe muti TUGIR'IGIHUGU. Muramumpera mwiriwe 😉
10 likes

@Rugomero23
@Bob420926455999 @ReynoldsButari 🤣🤣akana kaja iw…!!
7 likes

@3farside
@Nyankamugayo Agasokozo ka njelina,,sorry nako akana kaja iwabo
6 likes

@damiennkaka
Good luck 🤞🏿
5 likes

@boblee_swaga25
Akana kajiwabo
5 likes

@gastonirakiza
@ReynoldsButari akana kaja kwirukana mukagisokozo a.k.a Neva
3 likes

@landrybig501
Akana kaja iwabo
3 likes

@Gasarabwe3
Iri jambo ndaritegerejenkuva 2015! Enfin💪🏾
2 likes

@MweneBaranerwa
🔥🔥🔥Ambara kalach ingorane ntumbaz #tugireIgihugu💪
2 likes

@WinnieNkur90745
My boss
1 like

@MUGISHAArnaud1
Akana kaja iwabo 😄😊
1 like

@ANiyonsaba41422
TUGIRE IGIHUGU💫
1 like

@Hicuburundi1972
@ImanaRep87 Ingwano iroroshe kuyivuga ikanoroho kuyitangura Ariko ingaruka yiyo ntambara Nukwica igatongora igasenya nutwari dusigaye 1994 abarutanguye imisore ya buja nzi 80% ntibarurangije. Gusa Ntabona uru rwa RT Abarukokeza benshi araba Métis 🤣🤣🤔 Hagufa wozanzama
1 like

@ReynoldsButari
@ImanaRep87 Rungika abandi
7 likes

@Hicuburundi1972
@ImanaRep87 RTparara The only hope is the capture of DRC Otherwise nakarimi Leta ya Gitega ntirasiswa umunwa Cange X 🚶🏿♂️➡️🚶🏿♂️➡️🚶🏿♂️➡️
1 like

@ReynoldsButari
@ImanaRep87 Nahora nikeka kutazi gusoma ivyandistwe none tu viens de confirmer 😂😂😂, bwira uwukuri hafi agufashe gusoma ivyanditse murirya screenshot 😂😂
4 likes

@Hicuburundi1972
@ImanaRep87 Uyo mwanya wa screenshot Ntawo Nfise WW Bandanya widigadiga

@ReynoldsButari
@ImanaRep87 Nawe bandanya ury'imisaya 😂
6 likes

@Hicuburundi1972
@ImanaRep87 🤣🤣

@nomeri69
Akana kariko karaza gutabara iwabo 🤣🤣🤣
1 like















