Загрузка видео...
Не удалось загрузить видео
Kumupaka wa Gatumba today
29,392 просмотров • 4 месяцев назад •via X (Twitter)
Комментарии: 18

ub se uy niwe babonye ar umusuma ruharwa, uw 54milliard yangiyeh

Ibi vyose ni kubera monopoles z'abajenero. Kandi nabo nta makori bariha kuri importations bagira

Kandi Ayo ma jambo yose Nuko atabacoreye agaturire!

Ridicule, gusamaza abantu,ibitenge 100 nivyo bifuza ama recettes?ama milliards agenda kumusi

Umupaka wa #Gatumba wamye ufise abahinga bo gutibura. @OBR_BI nibandanye umugambi wo guhimiriza abatangakori.

Uwo yanse gucora ngirango

@Abokwankuru Asha uwuraho yarabipakiye pe😂😂

Bano baswa ni abahanga mu gupakira fraud pe.

Nibatanga ikori shn abandanye niyirira 3 millions

Ivyo nibiki birimwo

Rip

tubure abatuzanira amakori bicaha😂

Usivyeko yafashw n gashindi arazi neza igikorwa yarimwo

Yampaye isuka🤣🤣🤣😂😂😂

Wagirango barasaka iibisasu wallah

Abarundi turi ningeso mbiiii

Umuzigo ukaba urafashwe irasetse

Naho coba igitenge kimwe kirekuriwe kwinjira giciye mumategeko


